Duration 30:20

BURUNDI - AMAKURU AVUGWA MU KARERE K'IBIHUGU VY'IBIYAGA BININI

2 675 watched
0
139
Published 27 Jul 2021

Mur'aya makuru murakurikira ingene indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga itunganijwe, ibikorwa vya diaspora ndundi (ihuriro ry'abarundi baba mu mahanga) mw'iterambere ry'igihugu cabibarutse Murakurikira kandi ingene abarundi baja mu mashirahamwe atandukanye bikabafasha gushigikira abatishoboye, Amakuru ajanye n'agateka k'abasangwabutaka mu Burundi n'ayandi

Category

Show more

Comments - 8