Duration 1:6:58

Bob RUGURIKA na Léonidas HATUNGIMANA bavuga ibijanye n'intwaro ya Evariste NDAYISHIMIYE

Published 24 Oct 2021

Mu kiganiro UGONA IKI? co kuri Radio Umurisho co ku wa 17 gitugutu 2021, uwurongoye radiyo RPA Bob Rugurika n'uwurongoye umugambwe PPD-Girijambo Léonidas Hatungimana bari batumiwe kugira ngo bavuge ingene babona intwaro ya Evariste Ndayishimiye inyuma y'umwaka urenga agiye ku butegetsi mu #Burundi.

Category

Show more

Comments - 10